Daniyeli 9:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 None rero, Mana yacu, umve se ugusenga kw’umusavyi wawe n’ugutakamba kwiwe, kandi kubgawe Mwami umurikishirize mu nyonga hawe ahēra hawe habaye imisaka. Faic an caibideil |
None tega ugutwi kwawe wumvirize, tereza n’inyonga zawe witegereze, kugira ngo wumve ugusenga kwanje, jewe umusavyi wawe nsengera imbere yawe mur’ iyi misi ku murango no mw ijoro, nkwingingira abasavyi bawe b’ Abisirayeli, nātura ivyaha twebge Abisirayeli twagucumuyeko; mbere twe n’inzu ya data twaracumuye.