Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 8:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Izo ngabo bo n’ico kimazi gihora gitangwa, bigaburwa mu maboko yaryo kubg’ igicumuro. Ivy’ ukuri ribishiburira hasi, maze rikora ivyo ryigombeye, riratunganirwa.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 8:12
14 Iomraidhean Croise  

Ingo z’abambuzi zigira amahirwe, N’abavyogoroza Imana baba amahoro; Inkomezi zabo ni zo bagize imana yabo.


Ukugororoka kwawe n’ukugororoka kw’ibihe bidashira: Ivyagezwe vyawe n’ukuri.


Kandi ntukūre rwose ijambo ry’ukuri mu kanwa kanje: Kuko namye nizigira imanza zawe.


Kuko batababaye ivyo Uhoraho yakoze, Cank’ ibikorwa vy’amaboko yiwe, Azobasangangura, ntazobubaka.


Ibiroranye vyashubijwe inyuma, n’ukugororoka guhagaze kure; kuk’ ukuri kwatemvye mu nzira, kand’ ubgeranda ntibushobora gushika.


Ewe Uhoraho, iyo nkubūranije uboneka k’ugororotse; yamara na ho nyene nogomvye ko dusiguzanya: mbeg’ igituma abanyakibi bagenda bagubga neza mu kubaho kwabo n’iki? N’iki gituma abaryarukanyi bose bidibamira ngaho?


Nukw azosubirana mu gihugu ciwe ibintu vyinshi; kand’ umutima wiwe uzoba wanse isezerano ryera, azokora nk’uko yigombeye, maz’ asubire mu gihugu ciwe.


Maze nitegereje mbona iryo hembe rirwanya abera, rirabanesha,


Mbona iyo mpfizi y’intama igenda itwariranya, yerekeye i burengerazuba n’i burārūko n’i bumanuko; ntihāgira igikōko gihangara kuyihagarara imbere, ntihāboneka ūshobora kugira ico ayikiza; ariko yakora uko yigombeye, ikīgira agahambaye.


Gihabga kurwanya abera no kubanesha, kandi gihabga gutwara imiryango yose n’amoko yose n’indimi zose n’amahanga yose.


Dawidi amenye ko Sauli yamugīriye inama mbi, abarira Abiyatari umuherezi, ati Zana hano efodi.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan