Daniyeli 7:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kandi ku vy’ayo mahembe cumi, mur’ ubgo bgami hazokwadukamw’ abami cumi; maze mu nyuma zabo hazoza uwundi mwami; ariko we azogira itandukaniro n’aba mbere, kand’ azonesha abami batatu. Faic an caibideil |