Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 5:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kand’ inyandiko yanditswe n’iyi: Mene, Mene, Tekel, Ufarsin.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 5:25
10 Iomraidhean Croise  

Bukeye aronka icete kivuye k’uwavugishwa n’Imana Eliya, kivuga, ng’ Uku ni k’Uhoraho, Imana ya sogokuruza Dawidi, agize: ngo K’utāgendanye ingeso nziza za so Yehoshafati, canke za Asa umwami w’ Abayuda;


Icubahiro cawe kimanuwe i kuzimu, bo n’amajwi y’inanga zawe; ugaranzuriwe inyo, kand’ inyo nyene ni zo zikwōrōshe.


Ni co kizotuma ivyago bigushikako, ntumenye amahezayo yavyo; ibara rikugweko, ntushobore kuryīkūrako, kand’ ubugesera utazi buzokuzako giturumbuka.


Kand’ amahanga yose azomusaba, asabe n’umwana wiwe n’umwuzukuru wiwe, gushitsa igihe co kūzirwa kw’igihugu ciwe kigeze; ni ho amahanga menshi n’abami bahambaye bazomuhindura umuja na we.


Maz’ ico gihimba c’igikonjo kirarungikwa, kivuye kuri yo, iyo nyandiko irandikwa.


Kand’ ukw ivyo bisobanurwa n’uku: Mene, risobanurwa ngw Imana iharūye imyaka umaze uri ku ngoma, iyishizekw iherezo.


Mbeg’ abazobarya ntibazobūbīra giturumbuka, n’abazobajegenyura ntibazokwikangura, namwe mugacika inyagano zabo?


Yerekanishije ubushobozi ukuboko kwayo, Yasābagije abībona mu vyo biyumvira mu mitima yabo.


Maz’ Imana iramubgira, iti Wa gipfu we, mur’ iri joro barakwaka ubugingo bgawe: non’ ivyo wohitikiranije bizoba ivya nde?


Mbere mwe n’Abisirayeli Uhoraho azobagabura mu maboko y’Abafilisitiya; kand’ ejo mwe n’abahungu bawe muzoba mur’ aho ndi; Uhoraho agira agabure ingabo z’ Abisirayeli mu maboko y’Abafilisitiya.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan