Daniyeli 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Maz’ umugabekazi, yumvise amajambo y’umwami n’abaganwa biwe, yinjira mu nzu y’amazimano, aravuga, ati Mugenzi nyaguhoraho, nta co uhagarika umutima, ngo mu nyonga hawe hahindurire: Faic an caibideil |