Daniyeli 4:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kand’ ababa kw isi bose ibagereranya n’ubusa, kand’ ikora ukw igomba mu ngabo zo mw ijuru, no mu baba kw isi; kandi nta wushobora kubuza ukuboko kwayo, canke kuyibaza, at’ Ukora iki? Faic an caibideil |