Daniyeli 4:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 None mugenzi, wemere inama nkugīra; reka ivyaha vyawe ukore ibigororotse, kand’ ureke ibigabitanyo vyawe ugirire akagongwe impahazwa; kugira ngo kumbure kuroranirwa kwawe kube kuramaze kabiri. Faic an caibideil |