Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 4:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Izo nzozi ni jewe umwami Nebukadineza nazirose; nuko rero Beluteshaza, enda vuga uko zisobanurwa, kw abanyabgenge bose bo mu gihugu canje badashoboye kummenyesha uko zisobanurwa; ariko weho urabishobora, kukw impwemu z’imana zera ziri muri wewe.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 4:18
14 Iomraidhean Croise  

Yosefu aramubarira, at’ Uku ni ko zisobanurwa: ayo mashami atatu n’imisi itatu;


Farawo abarira Yosefu, ati Narose inzozi, none nta wushobora kuzinsobanurira: maze numvise bavuga ko wewe, bakurotorera inzozi gusa, ugashobora kuzisobanura.


Bukeye, ahagarika umutima, atuma guhamagaza abanyamareba bose bo muri Egiputa n’abanyabgenge baho bose: Farawo abarotorera inzozi ziwe: ariko ntihagira ūshobora kuzimusobanurira.


Umutima wa Egiputa uzokamangana, nanje nzokwica imigabo yaho; bazoja gusiguza ibigirwamana n’abavovota n’abahamagara imizimu bo n’abamenyi.


Mw ijambo ryose ry’ubgenge no kumenya, ico umwami yababaza, yasanga barusha abanyamarēba n’abapfumu bose bo mu gihugu ciwe cose ibihetangabo cumi.


kand’ ah’ abantu baba hose yaguhaye n’ibikōko vyo mw ishamba, n’ibiguruka vyo mu kirēre, ibishira mu kuboko kwawe, iguha kubiganza vyose. Nuko rer’ uwo mutwe w’izahabu ni wewe.


Bamwishura ubugira kabiri, bati Mwami n’uturotorere izo nzozi, twebge abasavyi bawe, natwe duheze tukumenyeshe uko zisobanurwa.


Kandi bari bamaze kunzanira abanyabgenge b’abapfumu kugira ngo bansomere iyo nyandiko, bammenyeshe ukw isobanurwa; ariko ntibashoboye kuvuga uko bisobanurwa.


Maz’ abanyabgenge bose b’umwami baca barinjira: ariko birabananira gusoma iyo nyandiko, no kumenyesha umwami ukw isobanurwa.


Ereg’ Umwami Uhoraho ntazogira ico akora, atabanje kwibira akabanga abasavyi biwe avugisha.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan