Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 4:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Arikw igishitsi ukirekerane n’imizi yaco mu kuzimu, ugihambirize ivyuma n’imiringa, gisigare mu vyatsi bitoto vyo ku musozi; kandi kize gitondweko n’urume ruva mu kirēre, kirishanye n’ibikōko ivyatsi bimeze kw isi;

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 4:15
6 Iomraidhean Croise  

Kandi mwami, nk’uko wabonye umushibamyi kandi yar’ uwera amanuka ava mw ijuru, ati Ni wīcire ico giti ugicagagure, arikw igishitsi ukirekerane n’imizi yaco mu kuzimu, ugihambirize ivyuma n’ imiringa, gisigare mu vyatsi bitoto vyo ku musozi, kize gitondweko n’urume ruva mu kirēre, kirishanye n’ibikōko vyo mw ishamba, gushitsa ibihe ndwi bigikūranirwako:


Ndota inzozi zintera ubgoba; ivyiyumviro nagize ndi ku kirwa, bo n’ivyo nerekewe mu mutwe bimpagarika umutima;


kubg’ ivyo mpamagaza abanyabgenge bose b’i Babuloni, kugira ngo bammenyeshe izo nzozi uko zisobanurwa.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan