Daniyeli 4:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Maze mu vyo nerekewe mu mutwe ndi ku kirwa, ngize ntya mbona umushibamyi kandi yar’ uwera amanuka ava mw ijuru, Faic an caibideil |
Kandi mwami, nk’uko wabonye umushibamyi kandi yar’ uwera amanuka ava mw ijuru, ati Ni wīcire ico giti ugicagagure, arikw igishitsi ukirekerane n’imizi yaco mu kuzimu, ugihambirize ivyuma n’ imiringa, gisigare mu vyatsi bitoto vyo ku musozi, kize gitondweko n’urume ruva mu kirēre, kirishanye n’ibikōko vyo mw ishamba, gushitsa ibihe ndwi bigikūranirwako: