Daniyeli 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nukw ivyēgēra vy’umwami n’abaganwa n’abagabisha n’abajanama bakuru n’abazezwabintu n’abacamanza n’abashingantahe n’abatware bose bo mur’ izo ntāra bakoranywa no guhezagira ico gishushanyo umwami Nebukadineza yari yāhagaritse. Nuko bahagarara imbere y’ico gishushanyo yāhagaritse. Faic an caibideil |