Daniyeli 3:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Maz’ umwami Nebukadineza asimbga n’umutima, ahaguruka n’ingoga; abaza abajanama biwe, ati Mbega harya ntitwatereye mu muriro abantu batatu baboshwe? Bishura umwami, bati Koko n’ abo, mugenzi. Faic an caibideil |
abakuru bose b’igihugu, n’ivyēgēra vyawe, n’ abaganwa n’abacamanza n’abagabisha, bagiye inama ngo hashingwe icagezwe cawe, no gushirah’ icihanikirizo gihambaye, ngo kumara imisi mirongwitatu umuntu wese azogira imana n’imwe asaba, cank’ umuntu n’umwe, atari wewe, mugenzi, az’ atererwe mu rwobo rw’intambge.