Daniyeli 3:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze kukw icagezwe c’umwami car’ ikibiriraho, kand’ itanure ryar’ ikibengebenge rwose, bituma ibirimi vy’ uwo muriro vyica abo bagabo bāri bateruye Shaduraka na Meshaki na Abedunego. Faic an caibideil |