Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 2:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ariko ni mwadondōra izo nzozi n’ingene zisobanurwa, nzobagabira, mbatasure, mbahe icubahiro cinshi: nuko rero ni mundondōrere izo nzozi n’ingene zisobanurwa.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 2:6
8 Iomraidhean Croise  

Maz’ umwami akuza Daniyeli, amuha ingabire nyinshi zikomeye, amuha igihugu muri Babuloni, no kuba umukuru w’abaganza abanyabgenge bose b’i Babuloni.


Maze Belushaza agera ko bambika Daniyeli impuzu z’inyambarabami, n’umugufu w’izahabu mw izosi, kandi ko bamamaza kw azoba uwa gatatu mu bakuru baganza igihugu.


Umwami ahamagara n’ijwi rirenga ngo bamuzanire abapfumu n’Abakaludaya n’abamenyi. Umwami abarira abo banyabgenge b’i Babuloni, at’ Ūshobora gusoma iyo nyandiko, akambarira ukw isobanurwa, arambikwa impuzu z’inyambarabami, n’umugufu w’ izahabu mw izosi, kand’ azoba uwa gatatu mu bakuru baganza igihugu.


ngo Kukw azoguha icubahiro cinshi, kandi ngw Ico uzogomba cose ni co azogukorera: none ngo N’uze, arakwinginze, umuvumire abo bantu.


Balaki abaza Balamu, ati Mbega sinaguhamagaranye agakuba? none n’iki cakubujije kunyitaba? ugira ngo sinshobora kuguha icubahiro?


Abakuru b’i Mowabu n’ab’i Midiyani bakora ingemu baragenda, baja kwa Balamu, bamubarira amajambo ya Balaki.


None genda mva imbere, taha i wawe. Nari niyumviriye kuguha icubahiro, ariko non’ Uhoraho arakikwimishije!


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan