Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 2:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Nuko, inzozi n’izo; kandi turakumenyesha mwami ingene zisobanurwa.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 2:36
4 Iomraidhean Croise  

Yosefu aramubarira, at’ Uku ni ko zisobanurwa: ayo mashami atatu n’imisi itatu;


Yosefu aramwishura, at’ Uku ni ko zisobanurwa: izo ntimbiri zitatu n’imisi itatu;


Nuko mugenzi, wabonye igishushanyo kinini; ico gishushanyo gihambaye, gikayangana birenze urugero, cari gihagaze imbere yawe; kand’ ishusho yaco yar’ iteye ubgoba.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan