Daniyeli 11:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kandi bamwe mur’ abo banyabgenge bazokwicwa, kuzoba ar’ ukubavugutira no kubakūramw’ inkamba no kubeza, gushitsa ku gihe c’iherezo, kukw iryo herezo rikirindiriye igihe cashinzwe. Faic an caibideil |