Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Daniyeli 10:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Maze ku musi ugira mirongwibiri na kane w’ukwezi kwa mbere, nari ku nkombe y’uruzi runini rwitwa Hidekeli.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Daniyeli 10:4
4 Iomraidhean Croise  

Uruzi rwa gatatu rwitwa Hidekeli, ni rwo ruca hino y’igihugu citwa Ashuri. Uruzi rwa kane rwitwa Efurate.


ijambo ry’ Uhoraho ryanjeko jewe umuherezi Ezekiyeli mwene Buzi, ndi mu gihugu c’Abakaludaya ku ruzi Kebari; kand’ aho hantu nyene ni ho ukuboko kw’Uhoraho kwaziye kuri jewe.


Maze jewe Daniyeli nditegereza, mbona abandi babiri bahagaze, umwe ku nkombe yo hakuno y’uruzi, uwundi ku yo hakurya.


Mbona ivyo neretswe nko mu nzozi, maze mvyitegereje mbona ndi ku murwa i Shushani, mu ntāra yo muri Elamu; ndāvye ivyo neretswe mbona ndi ku ruzi Ulayi.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan