Daniyeli 1:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Maz’ uwo mukuru w’inkone abgira Daniyeli, ati Ndatinya umwami segaba, yabagereye ingaburo z’ivyo murya n’ivyo munywa; vyomera bite ababonye mwonze mu maso mudasa n’abandi basore b’urunganwe rwanyu? Muzoba muncishije umutwe ku mwami. Faic an caibideil |