Daniyeli 2:49 - Bibiliya Yera49 Maze Daniyeli asabira Saduraka na Meshaki na Abedenego ubutware bw'igihugu cy'i Babuloni, umwami arabubaha ariko Daniyeli we aguma ibwami. Faic an caibideilBibiliya Ijambo ry'imana D49 Daniyeli asaba umwami guha Shadaraki na Meshaki na Abedinego ubutegetsi bw'intara ya Babiloni. Daniyeli we yigumira ibwami. Faic an caibideilBibiliya Ijambo ry'imana49 Daniyeli asaba umwami guha Shadaraki na Meshaki na Abedinego ubutegetsi bw'intara ya Babiloni. Daniyeli we yigumira ibwami. Faic an caibideil |