Yuda 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Uko ni ko n’abo bantu bagendera mu ndoto zabo, bonona imibiri yabo, bagasuzugura ububasha bw’Imana bagatuka ivy’icubahiro vyo mw’ijuru. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko na barya nyene bahwanye na bo, inzozi zabo zibatera kwōnōna imibiri yabo, no gukēngēra ukuganzwa no gutuka abanyacubahiro. Faic an caibideil |