Yuda 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko abo bantu bo batuka ivyo badatahura. Bameze nk’ibikoko bitazi ubwenge kandi ivyo bibaza ngo barazi ni vyo bibahonya. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Arikw abo bantu batuka ivyo batazi: kandi n’ivyo bamenyeshwa n’akameremere kabo, nk’ukw ibikōko bimeze bitagira ubgenge, na vyo nyene baravyiyonōnesha. Faic an caibideil |