Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Yohana 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Aca asubira kwunama abandanya yandika hasi.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Asubira kwunama yandika hasi.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Yohana 8:8
3 Iomraidhean Croise  

Ba bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo babandanije bamubaza, aca urunamuka arababwira ati: “Umuntu atagira icaha muri mwebwe nabe ari we aba uwa mbere mu kumutera ibuye.”


Bavyumvise, baca batangura gusohoka umwe umwe uhereye ku bakuze, kugeza aho Yesu asigarana na wa mugore ahagaze imbere yiwe.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan