Yohana 8:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Ndababwire ukuri, umuntu wese yumvira amajambo yanje ntazokwigera apfa.” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ni hagira uwitondera ijambo ryanje, ntazobona urupfu gushitsa ibihe bidashira. Faic an caibideil |