1 Nuko Yesu aduga ku Musozi wa Elayono.
1 Yesu aja ku musozi wa Elayono.
Yesu n’abigishwa biwe begereje i Yerusalemu, bashika ahitwa Betifage ku Musozi wa Elayono. Yesu aca atuma babiri mu bigishwa ngo babitangire imbere,
Bariko baregereza i Yerusalemu, Yesu n’abigishwa biwe bashika ahitwa Betifage n’i Betaniya ku Musozi wa Elayono. Yesu atuma babiri mu bigishwa biwe,
Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi wa Elayono aharabana n’urusengero, Petero, Yakobo, Yohana na Andereya baramubaza biherereye bati:
Yegereye ahari inzira imanuka iva ku Musozi wa Elayono, isinzi ry’abigishwa biwe batangura guhimbaza Imana n’akanyamuneza kenshi n’amajwi arenga, kubera ibitangaza vyinshi bari bamaze kubona, bavuga bati:
Nuko inama ica irahera, bose barataha.