Yohana 7:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nuko bene nyina ba Yesu baramubwira bati: “Va mu ntara ya Galilaya uje mu ntara ya Yudaya kugira ngo abigishwa bawe babayo babone ibikorwa ukora. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nuko bene nyina baramubgira, bati N’uve ino, uje i Yudaya, abigishwa bawe na bo barābe ibikorwa ukora; Faic an caibideil |