Yohana 5:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Aho i Yerusalemu, hafi y’irembo ry’intama, hari ikidengeri citwa Betesida mu rurimi rw’Igiheburayo, cari gikikujwe n’amabaraza atanu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kand’ i Yerusalemu hafi y’irembo ry’intama, hār’ ikidengeri, mu Giheburayo citwa Betesida, carikw amabaraza atanu. Faic an caibideil |