Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Yohana 4:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 (Yesu ubwiwe yari yaravuze ko ata wuvugishwa n’Imana ahabwa iteka mu gihugu ciwe.)

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Kandi Yesu ubgiwe yashinze intahe yuk’ umuntu avugishwa n’Imana atagira icubahiro mu ntāra y’i wabo.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Yohana 4:44
3 Iomraidhean Croise  

Arabandanya ati: “Ndababwire ukuri, nta wuvugishwa n’Imana yemerwa iwabo.


Maze ivyiwe birabatsitaza, bituma batamwizera. Yesu arababwira ati: “Uwuvugishwa n’Imana arubahwa hose kiretse iwabo no mu muryango wiwe.”


Yesu arababwira ati: “Uwuvugishwa n’Imana arubahwa hose kiretse iwabo no mu muryango wiwe.”


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan