Yohana 21:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Simoni Petero arababwira ati: “Jewe ngiye kuroba.” Nabo baramubwira bati: “Turajana.” Nuko baragenda baja mu bwato, ariko ntibaroba ifi n’imwe iryo ijoro. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Simoni Petero arababgira, ati Ndagiye kuroba. Na bo bati Natwe turajana nawe. Barīkora, batambukira mu bgato. Mur’ iryo joro ntibāgira ico bafata. Faic an caibideil |