Yohana 21:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Simoni Petero, Toma (uwo batazira Ihasa), Natanayeli w’i Kana i Galilaya, abahungu ba Zebedayo, n’abandi bigishwa babiri bari kumwe. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Simoni Petero na Toma ari we Hasa bāri kumwe na Natanayeli w’i Kana i Galilaya, na bene Zebedayo, n’abandi bigishwa babiri. Faic an caibideil |