Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Yohana 20:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Uko ari babiri bagiye biruka, ariko wa mwigishwa wundi ariruka asiga Petero, ashika ku mva ubwa mbere.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Bompi birukira icarimwe, kandi wa mwigishwa wundi asiga Petero, amutanga ku mva.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Yohana 20:4
7 Iomraidhean Croise  

Kuko iyo umuntu afise umutima wo gutanga, Imana ntiyakira ico adafise, ahubwo yakira ico afise.


Ntimuzi ko mw’ihiganwa hiruka benshi, ariko uwuhabwa umudari akaba umwe? Nuko rero muhiganwe nk’abazohabwa umudari.


Petero n’uwo mwigishwa wundi bafata inzira baja ku mva.


Maze arunama araba mu mva, abonayo vya bitambara vyera ariko ntiyinjira.


Mu nyuma, wa mwigishwa yashika ku mva ubwa mbere na we yinjira mu mva, aravyibonera kandi arizera.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan