Yohana 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Hanyuma y’ivyo, Yesu aja i Kaperinawumu ari kumwe na nyina, na bene nyina n’abigishwa biwe, bahamara imisi mike. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Hanyuma y’ivyo amanuka i Kaperinawumu, bo na nyina na bene nyina n’abigishwa biwe, amaray’ imisi itari myinshi. Faic an caibideil |