Yohana 2:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Haciye imisi ibiri, haba ubukwe ahantu hitwa Kana i Galilaya, kandi nyina wa Yesu ni ho yari ari. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ku musi ugira gatatu haba ubukwe i Kana i Galilaya, kandi nyina wa Yesu ni ho yar’ ari. Faic an caibideil |