Yohana 19:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Pilato yongera gusohoka abwira Abayuda bari bakoraniye aho ati: “Ngira ndamusohore ndamubazanire, ariko mumenye ko ata kibi na kimwe nasanze kimwagira.” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Maze Pilato asubira gusohoka, arababgira, at’ Ehe ndamusohokanye aho muri, ngo mumenye kw ata gicumuro mbonye kuri we. Faic an caibideil |