Yohana 19:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Abasoda bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe, bamwambika n’impuzu y’ubwami, Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abasoda na bo batsiba igitsibo c’amahwa bakimwambika mu mutwe, baraheza bamwambika impuzu y’inyambarabami. Faic an caibideil |