Yohana 17:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Wamuhaye ububasha ku bantu bose kugira ngo ahe ubugingo budashira abo wamuhaye bose. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 nk’uko wamuhaye ububasha ku bafise umubiri bose, ngw abo wamuhaye bose abahe ubugingo budashira. Faic an caibideil |