Yohana 13:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yesu yari azi ko Se yamuhaye ububasha ku bintu vyose. Yari azi ko yaje ava ku Mana kandi ko yagira asubireyo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yesu yar’ azi ko Se yamuhaye vyose yabishize mu maboko yiwe, kandi ko yavuye ku Mana, kandi kw agira asubire ku Mana, Faic an caibideil |