Yohana 13:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nuko ku mugoroba w’uwo musi, Yesu asangira n’abigishwa biwe, kandi Satani yari yamaze gushira muri Yuda, mwene Simoni Isikariyote, iciyumviro co kugurisha Yesu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bakiriko bararya ku mugoroba, wa Murwanizi amaze kwinjiza ubuguranyi mu mutima wa Yuda Isikaryota, mwene Simoni, Faic an caibideil |