Yohana 11:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 (Uwo Mariya ni umwe yasuka amavuta atamirana ku birenge vy’Umwami Yesu akabihanaguza imishatsi yiwe. Musazawe, Lazaro, ni we yari arwaye.) Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Uwo Mariya ni we yasīze Umwami Yesu amavuta atāmirana ku birenge, amuhanaguza umushatsi wiwe; uyo Lazaro yar’ arwaye ni we musaza we. Faic an caibideil |