Yohana 10:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Umurinzi w’irembo aramwugururira, kandi intama zirumva ijwi ryiwe. Ahamagara intama ziwe mu mazina yazo, akaziturutsa. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Umuteramyi w’irembo aramwugururira, kand’ intama zumva ijwi ryiwe; ahamagara iziwe ntama mu mazina yazo, akaziturutsa. Faic an caibideil |