Yohana 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Igisuma ntikizanwa n’ikindi atari ukwiba, ukwica no gutikiza; ariko jewe naje kugira ngo intama zigire ubugingo, kandi zibugire busagutse. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Igisuma ntikizanwa n’ikindi, atar’ ukwiba, n’ukwica, n’ugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busāgutse. Faic an caibideil |