Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Yohana 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Yohana ubwiwe si we yari uwo muco; ahubwo yaje ari icabona co gushingira intahe uwo umuco.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Uwo si we wa muco, ariko kwar’ ugushingira intahe umuco.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Yohana 1:8
4 Iomraidhean Croise  

Ntiyatinye kubishura, ahubwo yabivuze avyemanga ati: “Jewe sindi Kristo.”


Umuco w’ukuri wakira umuntu wese wariko uraza mw’isi.


Mwebwe ubwanyu muri ivyabona ko navuze nti: ‘Jewe sindi Kristo, ahubwo natumwe kumutegurira inzira.’


Pawulo arababwira ati: “Umubatizo wa Yohana wari uwo kwihana. Yahamagarira abantu kwizera uwagira aze inyuma yiwe, uwo na we ni Yesu.”


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan