Yohana 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Muri we ni ho hari ubugingo, kandi ubwo bugingo bwari umuco w’abantu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Muri we hārimw’ ubugingo, kand’ ubgo bugingo bgar’ umuco w’abantu. Faic an caibideil |