Yohana 1:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mu ntango ya vyose, Jambo yariho. Uwo Jambo yari kumwe n’Imana, kandi yari Imana. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ubga mbere na mbere Jambo yariho, kandi Jambo yahoranye n’Imana, kand’ uwo Jambo yar’ Imana. Faic an caibideil |