Luka 8:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yowana muka Kuza umunyabigega wa Herode, Suzana hamwe n’abandi benshi. Abo bagore bashigikira Yesu n’abigishwa biwe bakoresheje uburyo bwabo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 na Yowana muka Kuza, umubgiriza wa Herode, na Susana, n’abandi bagore benshi, bābafashisha ivyabo. Faic an caibideil |