Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 7:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Yesu avyumvise aratangara cane, aca arahindukira abarira abo bari kumwe ati: “Ndababwire ukuri, no muri Isirayeli, sinari bwabone uwufise ukwizera gukomeye nk’uku.”

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Yesu yumvise ivyo, aramutangarira, ahindukirira ishengero rimukurikiye, ati Ndababgire, Sinaribgabone ukwizera kungana gurtyo no mu Bisirayeli.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 7:9
9 Iomraidhean Croise  

Yesu aca aramubwira: “Mupfasoni, ufise ukwizera gukomeye! Ivyo usavye urabihawe.” Maze ako kanya nyene, umukobwa wiwe aca arakira.


Yesu avyumvise aratangara cane, abwira abariko baramukurikira ati: “Ndababwire ukuri, nta muntu n’umwe muri Isirayeli nari bwabonane ukwizera gukomeye nk’uku.


Yesu aca yirukana iyo dayimoni; imuvuyemwo aca aravuga. Abantu babibonye baratangara, bavuga bati: “Ntihari bwaboneke ibisa n’ibi muri Isirayeli.”


Maze bamwe bari batumwe baragaruka, basanga wa mukozi yakize.


Yesu aca abarira wa mugore ati: “Ukwizera kwawe kwagukijije, igire amahoro.”


Kuko nanje ndafise abantegeka kandi mfise n’abasoda ntegeka. Iyo mbwiye umwe nti: ‘Genda,’ aca agenda; nabwira uwundi nti: ‘Ngwino,’ agaca aza; kandi iyo mbwiye umukozi wanje nti ‘Kora iki,’ aca agikora.”


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan