Luka 7:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Simbereye no kuza aho uri ngo duhure. Ariko vuga ijambo rimwe gusa, umukozi wanje arakira. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 ni co catumye niyumvira ko bitambereye ko noza ah’ uri: ariko vuga ijambo gusa, uwo muhungu arakira. Faic an caibideil |