Luka 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nuko yinjira muri bumwe; ubwo na bwo bwari ubwa Simoni, amusaba ngo abwigize mu mazi kure y’isi gato, na we abwicaramwo, atangura kwigisha abantu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Atambukira mu bgato bumwe, bgar’ ubga Simoni, aramusaba ngw abgigizeyo buve ku nkombe gatoya: aricara, yigisha ishengero, ari mu bgato. Faic an caibideil |