Luka 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Amara iyo misi ata co arya, maze iheze, yumva arashonje. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 ageragezwa n’Umurwanizi. Kandi mur’ iyo misi nta co yariye; ishize arasonza. Faic an caibideil |