Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Luka 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ivyo vyari vyaranditswe mu gitabu c’amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya, aho yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo!

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 nk’uko vyanditswe mu gitabo c’amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya, ngw Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Luka 3:4
12 Iomraidhean Croise  

Uwo Yohana ni we yari yaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya, igihe yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’”


“Ni ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa, ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’ ”


Nuko Yohana yishura akoresheje amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya ati: “Ndi ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimugororere Uhoraho inzira.’”


aza gushingira intahe uwo muco kugira ngo bose bizere kubera intahe yiwe.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan