Luka 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nuko Yohana aja mu turere twose two hakurya no hakuno y’uruzi Yorodani, yigisha abantu umubatizo wo kwihana ngo babone guharirwa ivyaha vyabo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Aja mu gihugu cose giherereye kuri Yorodani, yigisha abantu ukubatizwa kwo kwihana ngo bakūrwekw ivyaha: Faic an caibideil |